Yeremiya 48:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ni co gituma nzoborogera Mowabu, kandi nzosemerera ndirira Mowabu yose uko ingana+. Bazonihira abagabo b’i Kiri-heresi+.
31 Ni co gituma nzoborogera Mowabu, kandi nzosemerera ndirira Mowabu yose uko ingana+. Bazonihira abagabo b’i Kiri-heresi+.