Yeremiya 48:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Umunezero n’akanyamuneza bikuwe mu murima w’ivyamwa no mu gihugu ca Mowabu+. Nkamije umuvinyu mu nganiro z’umuvinyu+. Nta n’umwe azoganisha ibirenge yiha akaruru. Akaruru ntikazoba akaruru+.’”
33 Umunezero n’akanyamuneza bikuwe mu murima w’ivyamwa no mu gihugu ca Mowabu+. Nkamije umuvinyu mu nganiro z’umuvinyu+. Nta n’umwe azoganisha ibirenge yiha akaruru. Akaruru ntikazoba akaruru+.’”