Yeremiya 49:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “Kandi Edomu izocika akajoreza ata kabuza+. Umuntu wese azoca iruhande yayo azoyitamarira ajongorotse, avuze agahwa kubera ivyago vyayo vyose+. Yeremiya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 49:17 Yeremiya, rup. 163-164
17 “Kandi Edomu izocika akajoreza ata kabuza+. Umuntu wese azoca iruhande yayo azoyitamarira ajongorotse, avuze agahwa kubera ivyago vyayo vyose+.