Ezekiyeli 23:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Babandanije kuza iwe, nk’uko umuntu aza iw’umugore w’umumaraya; ukwo ni ko baje kwa Ohola no kwa Oholiba, abagore b’ubushirasoni+.
44 Babandanije kuza iwe, nk’uko umuntu aza iw’umugore w’umumaraya; ukwo ni ko baje kwa Ohola no kwa Oholiba, abagore b’ubushirasoni+.