Ezekiyeli 30:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Imigende ya Nili+ nzoyigira ubutaka bwumutse, ngurishe igihugu mu kuboko kw’abantu babi+, igihugu be n’ibicuzuyemwo vyose ntume bigirwa umusaka n’ukuboko kw’ab’ahandi+. Jewe Yehova, ndavuze+.’
12 Imigende ya Nili+ nzoyigira ubutaka bwumutse, ngurishe igihugu mu kuboko kw’abantu babi+, igihugu be n’ibicuzuyemwo vyose ntume bigirwa umusaka n’ukuboko kw’ab’ahandi+. Jewe Yehova, ndavuze+.’