Gitugutu Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 13 Gitugutu ICIVUGO C’UKU KWEZI: “WAMAMAZE RYA JAMBO, UVYIHATIRE.”—2 TIM. 4:2. Ntugishe uturyo uronka two kwamamaza! Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 20 Gitugutu ICIVUGO C’UKU KWEZI: “WAMAMAZE RYA JAMBO, UVYIHATIRE.”—2 TIM. 4:2. Gusigura ivyo twemera ku bijanye na 1914 Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 27 Gitugutu Isubiramwo ryo mw’Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi ICIVUGO C’UKU KWEZI: “WAMAMAZE RYA JAMBO, UVYIHATIRE.”—2 TIM. 4:2. Ingene tworushiriza kubona ko kwamamaza vyihutirwa Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 3 Munyonyo Amatangazo Ingene twotanguza ibiyago Ibikurubikuru vyo mu murimo wo mu ndimiro