ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • sn ururirimbo 11
  • Tunezereze umutima wa Yehova

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Tunezereze umutima wa Yehova
  • Turirimbire Yehova
  • Ivyo bijanye
  • Tunezereze umutima wa Yehova
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Gutuma umutima wa Yehova ugira urweze
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • ‘Nezerwe cane mwa mahanga’!
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Uca wiyumva gute?
    Turirimbire Yehova tunezerewe
Ibindi
Turirimbire Yehova
sn ururirimbo 11

Ururirimbo 11

Tunezereze umutima wa Yehova

Integuro icapuwe

(Imigani 27:11)

1. Mana, twakuraganiye

Gukor’ivyo watubwiye.

Ni ko gateka duterwa,

Bigatuma unezerwa.

2. Wa mushumba wawe kw’isi,

Atangaz’ivyawe kenshi.

Yama adufungurira,

Tugakora tukwumvira.

3. Mana, nuduhe ya mpwemu,

Ngo twoye kub’ibihemu,

Twongere tugushemeze,

Kandi tukunezereze.

(Raba kandi Mat. 24:45-47; Luka 11:13; 22:42.)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika