ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ssb ururirimbo 25
  • Ibintu vyiza Imana itanga

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibintu vyiza Imana itanga
  • Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ivyo bijanye
  • Itongo ry’Akaroruhore
    Igitabu Canje c’Inkuru za Bibiliya
  • Umuhezagiro wa Yehova Uradutungisha
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2001
  • Tugendane n’Imana—Duhanze Amaso Ibihe Bidashira
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—1998
  • Ingabire ntangere y’Imana: Kubera iki ari iy’agaciro cane?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2017
Ibindi
Ririmbira Yehova amashemezo
Ssb ururirimbo 25

Ururirimbo rwa 25

Ibintu vyiza Imana itanga

(Umusiguzi 3:11)

1. ’Kintu cos’Imana

Yakigize ciza.

Kurya, kunywa, ’kazi,

N’ingabire nziza.

Ibihe vyamaho

Yabiduteyemwo.

Kandi tuzobaho,

’Ta kiduciramwo.

2. Yehova agomba

Kw’imigisha myinshi

’Bantu bironkera

Bamukunde rwinshi.

’Bantu bazoguma

Mu bikorwa vyiza;

Kand’ibihe vyose

Nta kizobariza.

3. ’Bintu bihambaye

Twebwe twigishijwe

N’ugushing’intahe,

Ni na vyo tujejwe.

Iyo n’ingabire,

Biduh’ubuhirwe.

N’ikintu ciza pe,

Tukinezererwe.

4. Tub’inkerebutsi,

Tuze twiyubara,

Tuvug’ivy’Imana,

Ico nticohara.

Bikor’uhimbawe

Yehov’ushemeze,

Ivy’ugira vyose

Bimunezereze.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika