Ururirimbo rwa 19
Nezerwa burinde bwira!
1. Nezerwa! Wigine!
Yehov’aradukunda.
Urweze gumana
Kw’imigish’aduhunda.
Ya aratubona. Vyose kw’aduha
Ntitwogumiz’umutima mu nda?
Dufis’amahoro,
Turi n’ibidukwiye.
Nta kintu dukena;
Mweger’umwizigiye.
Twe turishongora, ’Jwi tugorora,
Twimbura vyinshi twateragiye.
2. Ukuri gutuma
Tugir’umwidegemvyo.
’Mwan’arategeka
Kukw’ari we nyenevyo.
Reka tunezerwe. Tugamburuke.
Yaraducunguye, dukore vyo.
K’Ubwami buganza,
Akamwemwe ni kose.
Yashinz’ “umubwiriza”,
’Burinzi ni bwose.
Twararons’umuco; Ca cizigiro
Tuje kukibwir’abantu bose.
3. Turanezererwa
Kwamamaza mu bantu.
Es’ako kamwemwe
’Yo turons’intama ntu!
Iyo dukundana Tukakirana,
N’impore: tubona kumw’ibintu.
Tunezerw’igihe
Ubwami dutangaza.
’Shengero ni ryinshi
Kuko rigandagaza!
Ya nuturongore Utuyobore.
Ni we wenyene tuninahaza.