ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ssb ururirimbo 184
  • Abungere banyarukundo bararagira “intama” z’Imana

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Abungere banyarukundo bararagira “intama” z’Imana
  • Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ivyo bijanye
  • Abungere babera ‘ivyitegererezo ubusho’
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2006
  • “Abungere bameze nk’uko umutima wanje ugomba”
    Ijambo Imana itubwira biciye kuri Yeremiya
  • Bungere, nimwigane ba Bungere bakuru
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2013
  • Abungere ni ingabire z’abagabo
    Turirimbire Yehova tunezerewe
Ririmbira Yehova amashemezo
Ssb ururirimbo 184

Ururirimbo rwa 184

Abungere banyarukundo bararagira “intama” z’Imana

(1 Petero 5:2, NW)

1. Mana, warakoze cane

We Mwungere w’“intama”.

Wew’uratubungabunga.

Eka nta kidukoma.

2. Kristu yaduhay’“abantu

B’ingabirano” koko

Batwitaho, bakigisha

Ukuri ukw’ari kwo.

3. Bungere b’uruhongore

Rwa Yehova, rurinde.

Rushike ku buhumure.

Rwiteho, ntimwikunde.

4. Iyo twamamaz’Ubwami

Twumva turemye cane!

Twame dukorer’Imana,

Umwete tuwamane.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika