ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ssb ururirimbo 87
  • Imfungurwa z’umukama zo ku Mugoroba

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Imfungurwa z’umukama zo ku Mugoroba
  • Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ivyo bijanye
  • Imfungurwa z’Umukama zo ku mugoroba
    Turirimbire Yehova
  • Imfungurwa z’Umukama zo ku mugoroba
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • ‘Muragire ibi mu kunyibuka’
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2013
  • Ni Kubera Iki Dukwiye Guhimbaza Imfungurwa z’Umukama zo ku Mugoroba?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2003
Ibindi
Ririmbira Yehova amashemezo
Ssb ururirimbo 87

Ururirimbo rwa 87

Imfungurwa z’umukama zo ku Mugoroba

(1 Ab’i Korinto 11:23-26)

1. Yehova Dawe wo mw’ijuru,

Uyu n’umusi mweranda!

Ku wa cumi na kane wa Nisani

Werekanye k’ubakunda.

Umwagazi waciy’uribwa,

Is’rayel’irarekurwa.

Mu nyuma Yezu na w’atang’ubuzima,

Ivyanditswe birarangurwa.

2. Dukoraniy’imbere yawe,

Bwa ntama z’icanya cawe,

Dushim’urukundo rwazanye Kristu

Kugira wewe wubahwe.

Imbere yacu har’imeza

Y’umukate n’umuvinyu.

Ni ’bimenyetso vy’imfungurwa twofata

Nyazo zitagir’amahinyu.

3. Umukate ugereranya

’Mubiri Yezu yatanze.

Umuviny’ugererany’amaraso

Yasheshwe ngo adukize.

Reka tugume tuvyibuka

Mu mutima no mu bwenge.

Gutyo twame twigenza kumwe kwa Kristu,

Ubuzima tuze turonke.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika