ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ssb ururirimbo 178
  • “Amahoro y’Imana” y’agahebuza

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Amahoro y’Imana” y’agahebuza
  • Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ivyo bijanye
  • Dukwiye kuba abantu bameze gute?
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Dukorane mu bumwe
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Tuninahaze Dawe wa twese Yehova
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Twumvire Imana kuyirutisha abantu
    Ririmbira Yehova amashemezo
Ibindi
Ririmbira Yehova amashemezo
Ssb ururirimbo 178

Ururirimbo rwa 178

“Amahoro y’Imana” y’agahebuza

(Ab’i Filipi 4:7)

1. ’Mahoro y’Imana

Ntateba kwirukana

Ugutinya n’ukuganya,

Ntac’ubu twokwinona.

Bitum’umutima

Kuri we uhaguma.

Dushikame, tuzokwame

Ku Bwami, tuzorama.

2. Amaganya ntuze

Abantu yabazinze.

Aba menshi kuri benshi

Ni ’ntuntu bo bagize.

Nta ntege zicika;

Iman’izotwibuka

Kudukunda, kuturinda,

Ni vyo yo yam’ishaka.

3. Ku vyo dukenera

’Mana twoyizigira

Iratanga, nta makenga

Izotwizigamira.

Amahoro yayo

N’ay’imigisha nyayo.

Ntitwoguma tuj’inyuma;

Dukor’igomba ryayo.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika