ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb16 Ruheshi rup. 6
  • “Imana ni yo mufasha wanje”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Imana ni yo mufasha wanje”
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
  • Ivyo bijanye
  • “Terera umuzigo wawe kuri Yehova”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
  • Yehova arafasha abamwizigira
    Igikorwa dukorera Ubwami—2004
  • Turondere kuyoborwa n’Imana muri vyose
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2008
  • Kwizigira Imana duherejeko biratuma twumva dutekaniwe
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2011
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
mwb16 Ruheshi rup. 6

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

“Imana ni yo mufasha wanje”

Muri Zaburi ya 52-59 harerekana ukuntu Dawidi yiyumva bivuye ku ngorane zitandukanye yagiye aracamwo. Mugabo yagumye yizigira Yehova muri ivyo bihe bitoroshe. (Zb 54:4; 55:22) Vyongeye yarashemeje Yehova kubera ijambo ryiwe. (Zb 56:10) Twoba natwe twihatira kugira ukwizera n’ukwizigira Imana nk’ukwo kwa Dawidi? Igihe duhanzwe n’ingorane twoba turondera ubuyobozi mw’Ijambo ry’Imana? (Img 2:6) Ni imirongo iyihe yo muri Bibiliya yagufashije . . .

  • igihe wari wacitse intege canke wihebuye?

  • igihe wari urwaye?

  • igihe abandi bari bakubabaje?

  • igihe wariko urahamwa?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika