URURIRIMBO RWA 142
Tugumye icizigiro cacu
Integuro icapuwe
1. Abantu bagenda bicako mu mwiza.
Ivyo bahahamira n’umuyaga.
Oya nta we bashobora gukiza.
Na b’ubwabo bari mu kaga.
(ICITABIRIZO)
Nezerwa wizigir’ibizoba!
Bwa Bwami buzodutabar’ubwoba.
Ikibi cose kizorangira;
Ivyo nitugume tuvyizigira.
2. Twama tubaburira tuvuga duti:
“Umusi wa Yehova uri hafi.”
Vub’agiye kuzoturuhurira.
Mushemagize, ntute hasi.
(ICITABIRIZO)
Nezerwa wizigir’ibizoba!
Bwa Bwami buzodutabar’ubwoba.
Ikibi cose kizorangira;
Ivyo nitugume tuvyizigira.
(Raba kandi Zab. 27:14; Umus. 1:14; Yow. 2:1; Hab. 1:2, 3; Rom. 8:22.)