Bariko baramamaza mw’izinga rya Tonga
Ingene twotanguza ibiyago
●○○ MUGIHURA
Ikibazo: Twomenya gute ico kazoza katubikiye?
Icanditswe: Yes 46:10
Ubukurikira: Ni ibiki Imana isezeranira abantu be n’isi?
○●○ USUBIYEYO UBWA MBERE
Ikibazo: Ni ibiki Imana isezeranira abantu be n’isi?
Icanditswe: Zb 37:29
Ubukurikira: Twokora iki kugira tuze twibonere iranguka ry’uwo muhango?
○○● USUBIYEYO UBWA KABIRI
Ikibazo: Twokora iki kugira tuze twibonere iranguka ry’uwo muhango?
Icanditswe: Zb 37:34
Ubukurikira: Imana yipfuza ko tubaho gute?