ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Rusama rup. 2
  • 7-13 Rusama

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 7-13 Rusama
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Rusama rup. 2

7-13 Rusama

MARIKO 7-8

  • Ururirimbo rwa 13 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Tora igiti cawe co kubabarizwako hanyuma ugume unkurikira”: (Imin. 10)

    • Mr 8:34​—Kugira ngo dukurikire Kristu, dutegerezwa kwiyanka (nwtsty amakuru adufasha kwiga; wRU 8/92 10 ing. 14)

    • Mr 8:35-37​—Yezu arabaza ibibazo bibiri bituma tuzirikana, bidufasha kwitunira ku bintu bihambaye (w08 15/10 25-26 ing. 3-4)

    • Mr 8:38​—Kugira dukurikire Yezu, turakeneye umutima rugabo (jy rup. 143 ing. 4)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya (Imin. 8)

    • Mr 7:5-8​—Kubera iki Abafarizayo barazwa ishinga n’ibijanye no gukaraba? (w16.08 30 ing. 1-4)

    • Mr 7:32-35​—Ukuntu Yezu yitwararitse umugabo w’igipfamatwi bitwigisha iki? (w00 1/3 10 ing. 9-11)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Mr 7:1-15

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Akavidewo ka mugihura: (Imin. 4) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.

  • Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace bijanye kari ahavuga ngo Ingene twotanguza ibiyago.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bhs 165-166 ing. 6-7

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 51

  • Ibikenewe iwanyu: (Imin. 5)

  • “Fasha abana bawe gukurikira Kristu”: (Imin. 10) Guhana ijambo.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 19 ing. 10-16, n’uruzitiro “Abasamariya bari bande?”

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 60 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika