ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Rusama rup. 3
  • Fasha abana bawe gukurikira Kristu

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Fasha abana bawe gukurikira Kristu
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Ivyo bijanye
  • Bavyeyi, mwoba muriko murafasha abana gutera intambwe yo kubatizwa?
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
  • Abakiri bato boba bakwiye kubatizwa?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2011
  • Amayagwa y’inyongera
    Ishirahamwe rikora ivyo Yehova agomba
  • Ibatisimu ni umugambi mwiza cane wokwishingira
    Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Ivyigwa bishingiye kuri Bibiliya
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Rusama rup. 3
Umusore abatijwe

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Fasha abana bawe gukurikira Kristu

Nta kinezereza abavyeyi bakirisu kuruta kubona ingene umwana wabo ‘yiyanka agatora igiti ciwe co kubabarizwako hanyuma akaguma akurikira’ Yezu. (Mr 8:34; 3Yh 4) Abavyeyi bofasha gute abana babo gukurikira Yezu, bakegurira ubuzima bwabo Yehova maze bakabatizwa? Ni ibiki vyerekana ko abana bageze gutera iyo ntambwe ihambaye yo kubatizwa?

Ishirahamwe rikora ivyo Yehova agomba

Mwisunze “Akajambo kagenewe abavyeyi bakirisu” kari ku rupapuro rwa 165-166 mu gitabu Ishirahamwe rikora ivyo Yehova agomba, nimuganire ku bibazo bikurikira:

  1. Umwigishwa ni iki?

  2. Ni ibiki abavyeyi bokwigisha abana babo?

  3. Wisunze imyaka abana bafise, bakwiye gushira mu ngiro gute ibi vyanditswe kugira bakwize ibisabwa vyo kubatizwa?

    • Kl 3:20

    • Lk 2:46

    • Zb 122:1

    • Mt 4:4

    • Mt 6:33

    • 1Kr 15:33

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika