UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | MARIKO 7-8
Tora igiti cawe co kubabarizwako hanyuma ugume unkurikira
Yezu yavuze ngo: ‘Ugume unkurikira.’ Dutegerezwa rero kwumirako. None dushobora gute kwihatira kubigira muri iyi mice ikurikira:
isengesho?
kwiyigisha?
indimiro?
kwitaba amakoraniro?
kwishura mu makoraniro?