ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • th icigwa 12 rup. 15
  • Impuhwe n’ikibabarwe

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Impuhwe n’ikibabarwe
  • Niwijukire gusoma no kwigisha
  • Ivyo bijanye
  • Gushwashwanuka
    Niwijukire gusoma no kwigisha
  • Gukora ku mutima abakwumviriza
    Niwijukire gusoma no kwigisha
  • Igishika n’Inyiyumvo
    Niwungukire ku Nyigisho yo mw’Ishure ry’Ubusuku bwa Gitewokarasi
  • Kuvuga nk’uwuyaga
    Niwijukire gusoma no kwigisha
Ibindi
Niwijukire gusoma no kwigisha
th icigwa 12 rup. 15

ICIGWA CA 12

Impuhwe n’ikibabarwe

Icanditswe

1 Abatesalonika 2:7, 8

INCAMAKE: Nuvugane impuhwe kandi wereke abakwumviriza ko ubitwararika.

UKO WOBIGIRA:

  • Nuzirikane abakwumviriza. Nutegure umutima wawe mu kwiyibutsa ingorane zihanze abakwumviriza. Nugerageze kwiyumvisha ukuntu bamerewe.

  • Nuhitemwo neza amajambo ukoresha. Nurondere kuruhurira abakwumviriza, kubahumuriza no kubakomeza. Niwirinde imvugo zobababaza bidakenewe kandi ntunebagure abatari Ivyabona canke ngo uvuge nabi ivyo bemera ata buryarya.

  • Niwereke abakwumviriza ko ubitwararika. Ukoresheje ijwi ryiza n’ibimenyetso vy’umubiri bibereye, nubereke ko ubitwararika. Ntiwijirwe mu maso. Nuze uramwenyura.

    Inama ngirakamaro

    Igihe userura ikibabarwe, ntiwigirishe canke ngo urenze urugero. Igihe usoma, nukoreshe ijwi rihuye n’ivyo uriko urasoma, ariko nturenze urugero ku buryo abantu bagutangarira. Nuvugane impuhwe n’ikibabarwe.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika