ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Ntwarante rup. 6
  • Nugume wicishije bugufi igihe uroraniwe

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nugume wicishije bugufi igihe uroraniwe
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Nurindire Yehova wihanganye
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Yehova aritwararikana
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ukugamburuka kuruta ikimazi
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ubuhinga Dawidi yakoresha mu ntambara
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Ntwarante rup. 6

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Nugume wicishije bugufi igihe uroraniwe

Abantu barashimagije Dawidi (1Sm 18:5-7; w04 1/4 15 ing. 4)

Yehova yaratumye Dawidi aroranirwa mu vyo yakoze vyose (1Sm 18:14)

Dawidi yagumye yicishije bugufi (1Sm 18:22, 23; w18.01 28 ing. 6-7)

Udufoto: 1. Umuvukanyi ariko aratanga insiguro kw’iteraniro. 2. Abandi baramushimagiza, ariko aranka gushemagizwa abigiranye ukwicisha bugufi.

Kubera iki bihambaye ko tuguma twicishije bugufi igihe Yehova aduhezagiye? Ni ibiki bizodufasha kuguma twicishije bugufi?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika