ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • ijwfq ikiganiro 7
  • Ivyabona vya Yehova boba ari abakirisu?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ivyabona vya Yehova boba ari abakirisu?
  • Ibibazo bikunze kubazwa ku bijanye n’Ivyabona vya Yehova
  • Ivyo bijanye
  • Ivyabona vya Yehova bemera iki?
    Ivyabona vya Yehova bemera iki?
  • Woba uzi Ivyabona vya Yehova?
    Be maso!—2016
  • Mwoba mwemera Yezu?
    Ibibazo bikunze kubazwa ku bijanye n’Ivyabona vya Yehova
  • Ivyabona vya Yehova boba bemera yuko ari bo bonyene bazorokorwa?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2008
Ibindi
Ibibazo bikunze kubazwa ku bijanye n’Ivyabona vya Yehova
ijwfq ikiganiro 7
Umugore ariko yiga Bibiliya

Ivyabona vya Yehova boba ari abakirisu?

Ego. Turi abakirisu kubera imvo zikurikira:

  • Turihatira gukurikiza neza inyigisho za Yezu Kristu no kwigana inyifato yiwe.—1 Petero 2:21.

  • Twemera ko tuzoronka ubukiriro biciye gusa kuri Yezu, ko “ata rindi zina munsi y’ijuru ryatanzwe mu bantu dutegerezwa gukirizwamwo.”—Ivyakozwe 4:12.

  • Iyo umuntu abaye Icabona ca Yehova, abatizwa mw’izina rya Yezu.—Matayo 28:18, 19.

  • Amasengesho yacu tuyacisha mw’izina rya Yezu.—Yohani 15:16.

  • Twemera ko Yezu ari we Mutwe w’abagabo bose, ni ukuvuga uwagenywe ngo abaganze.—1 Abakorinto 11:3.

Ariko rero, hari vyinshi dutandukaniyeko n’ayandi madini y’abakirisu. Nk’akarorero, twemera ko Bibiliya yigisha ko Yezu ari Umwana w’Imana, atari mu bagize ubutatu. (Mariko 12:29) Ntitwemera ko umuntu afise umutima w’ubwenge udapfa, ntitwemera ko Bibiliya yigisha yuko Imana ibabariza abantu mu muriro udahera, canke ko indongozi mw’idini zikwiye kugira amazina y’icubahiro azishira hejuru y’abandi.—Umusiguzi 9:5; Ezekiyeli 18:4; Matayo 23:8-10.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika