ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • sjj ururirimbo 17
  • “Ndabishaka”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Ndabishaka”
  • Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Ivyo bijanye
  • “Ndabishaka”
    Turirimbire Yehova
  • “Ndakunze”
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Akarorero Imana yatanze k’urukundo
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Niwitwararikane urukundo abavukanyi n’abavukanyikazi bawe b’ibipfamatwi
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2009
Ibindi
Turirimbire Yehova tunezerewe
sjj ururirimbo 17

URURIRIMBO RWA 17

“Ndabishaka”

Integuro icapuwe

(Luka 5:13)

  1. 1. Kristu yar’umuntu mwiza.

    Yamanutse kudukiza.

    Yatwitwararitse

    Bimwe bishitse,

    Akam’aduhumuriza.

    Ntiyigera yibagira

    Abantu bitabariza.

    Yarakor’ico Se yamusaba.

    Yam’avug’ati: ‘Ndashaka.’

  2. 2. Ubu turagerageza

    Kwama tumwigana neza.

    Nta we tudakunda

    Mu bo duhura,

    Eka ntiturobanura.

    Turafash’abatabaje

    Bafis’ikibababaje.

    Ata kuraba ngo ni kanaka,

    Nubabwir’uti: ‘Ndashaka.’

(Raba kandi Yoh. 18:37; Ef. 3:19; Flp. 2:7.)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika