11 Amahera be n’ingero zitandukanye
Ibitigiri vy’ingero bikurikira ni ivyagereranijwe hisunzwe ibimenyamenya vyo muri Bibiliya hamwe n’ivyubuwe mu bucukuzi. Ibitigiri vyose vy’ingero vyo mu gihe ca none bihuye na vyo bikoreshwa ng’aha, bikwiye gufatwa ko ari ivyababa igitigiri nyaco.
Kugira ngo utore agaciro ko muri iki gihe k’inzahabu canke k’ifeza, nubanze umenye agaciro igarama igezeko hanyuma ukagwize n’igitigiri c’amagarama.
Mu gisomwa c’ikigiriki co muri Lk 24:13 na Yoh 6:19; 11:18 ibitigiri vyerekana uburebure bitangwa mu ngero yitwa sitadiyo. (Sitadiyo imwe y’Abaroma = m 185.) Muri Bibiliya y’isi nshasha ibitigiri vyo mu ngero ya sitadiyo bikoreshwa muri Lk 24:13 no muri Yoh 6:19; 11:18 vyashizwe mu bilometero. Nk’akarorero, muri Lk 24:13 “sitadiyo mirongo itandatu” zihindurwa ngo “ibilometero nka cumi na kimwe.”
URUTONDE RWEREKANA AMAHERA N’UBUREMERE BWAYO MU VYANDITSWE VY’IGIHEBURAYO
Gera 1 |
= ica 20 ca shekeli |
= g 0,57 |
Beka 1 (ica kabiri ca shekeli) |
= gera 10 |
= g 5,7 |
Shekeli 1 |
= beka 2 |
= g 11,4 |
Mina (mane) 1 |
= shekeli 50 |
= g 570 |
Italanto 1 |
= mina 60 |
= kg 34,2 |
Idariki 1 (amahera y’amaperesi, inzahabu) |
— |
= g 8,4 |
Idariki 1 (amahera y’amaperesi, ifeza) (yitwa kandi shekeli) |
— |
= g 5,60 |
URUTONDE RWEREKANA AMAHERA Y’AMAGIRIKI N’AY’AMAROMA N’UBUREMERE BWAYO MU VYANDITSWE VY’IKIGIRIKI
Idenariyo 1 (amahera y’amaroma, ifeza) |
= g 3,85 |
— |
Idarakima 1 (amahera y’amagiriki, ifeza) |
— |
= g 3,40 |
Imina 1 |
= amadarakima 100 |
= g 340 |
Italanto 1 (inzahabu canke ifeza) |
= Imina 60 |
= kg 20,4 |
INGERO Z’IBISESEKA
Logi 1 |
= ica 4 ca kabu |
= l 0,31 |
Kabu 1 |
= logi 4 |
= l 1,22 |
Hini 1 |
= kabu 3 |
= l 3,67 |
Bati 1 |
= hini 6 |
= l 22 |
Koroa 1 |
= bati 10 |
= l 220 |
INGERO Z’IBISESEKA ZAKORESHWA KU BIDASESEKA
Kabu 1 |
= logi 4 |
= l 1,22 |
Omeri 1 |
= kabu 1 na bine vya 5 vyayo |
= l 2,2 |
Seya 1 |
= omeri 3 n’ica 3 cayo |
= l 7,33 |
Efa 1 |
= seya 3 |
= l 22 |
Homeri (koro) 1 |
= efa 10 |
= l 220 |
INGERO Z’UBUREBURE
Ubwaguke bw’urutoke 1 |
= ica 4 c’ubwaguke bw’ikiganza |
= cm 1,85 |
Ubwaguke bw’ikiganza 1 |
= ubwaguke bw’intoke 4 |
= cm 7,4 |
Itambwe ry’intoke 1 |
= ubwaguke bw’ibiganza 3 |
= cm 22,2 |
Itambwe 1 ry’ukuboko uciriye mu nkokora |
= amatambwe 2 y’intoke |
= cm 44,5 |
Itambwe rirerire 1 ry’ukuboko uciriye mu nkokorab |
= ubwaguke bw’ibiganza 7 |
= cm 51,8 |
Irenga 1 |
= amatambwe 6 y’ukuboko uciriye mu nkokora |
= m 2,67 |
Irenga rirerire 1 |
= amatambwe maremare 6 y’ukuboko uciriye mu nkokora |
= m 3,11 |
a Iyo ngero yarakoreshwa no kubidaseseka, ikaba yari ihwanye na homeri.