Ukwigumya
Yehova yerekana gute ukwigumya?
Ni ryari dukeneye ukwigumya?
Img 16:32; 25:28; 1Kr 9:25, 27
Raba kandi 2Tm 2:23-25; Tt 1:7, 8
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:
2Sm 16:5-14—Umwami Dawidi yaragaragaje ukwigumya igihe Shimeyi yamwubahuka akamuvumagura
1Pt 2:21-23—Intumwa Petero yaravuze ukuntu Yezu yigumya bidasanzwe igihe yaba asomborokejwe canke ababajwe
Ni ibiki vyodufasha kurushiriza kwigumya?
Lk 11:9-13; Gl 5:22, 23; Ef 4:23, 24; Kl 4:2
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:
Lk 11:5-8—Yezu yarerekanye ko bihambaye ko tuguma dusaba Imana ngo idufashe