ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • scl rup. 22-23
  • Amahera

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Amahera
  • Ivyanditswe bidufasha mu buzima
Ivyanditswe bidufasha mu buzima
scl rup. 22-23

Amahera

Kubera iki gukunda amahera birimwo akaga?

Raba «Guhahamira amaronko»

Bibiliya yerekana gute ko kurondera amahera yo gutunga umuryango atari bibi?

Ums 7:12; 10:19; Ef 4:28; 2Ts 3:10; 1Tm 5:​8, 18

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • It 31:​38-42—Yakobo yarakoreye sebukwe Labani atamwiba, kugira atunge umuryango wiwe. Sebukwe yamufashe nabi, mugabo akuya Yakobo yabize, Yehova yaragahezagiye

    • Lk 19:​12, 13, 15-23—Yezu yaratanze ikigereranyo cerekana ko ico gihe vyari bimenyerewe ko abantu bakoresha umutahe bakarondera inyungu

Ni ingingo ngenderwako izihe zo muri Bibiliya zifasha mu bijanye no kuguranana amahera?

Zb 37:21; Img 22:7

Kubera iki ari vyiza kwirinda amadeni adakenewe?

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • Neh 5:​2-8—Abisirayeli bamwebamwe bo mu gihe ca buramatari Nehemiya bafata nabi ababaheraniye

    • Mt 18:​23-25—Iki kigereranyo Yezu yatanze kiratwibutsa ko umuntu ashobora guhanwa iyo atarishe ideni

Ni ibiki umuntu akwiye kubako maso imbere yo kwifatanya n’uwundi mu rudandazwa, yaba ari uwutizera, uwo dusangiye ukwizera, canke mbere incuti yacu?

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • It 23:​14-20—Biboneka ko kugira Aburahamu yirinde ingorane zari guhava zaduka, yarondeye ivyabona igihe yagura itongo n’isenga ryo guhambamwo Sara

    • Yr 32:​9-12—Igihe umuhanuzi Yeremiya yagura itongo rya mwene sewabo, yaranditse urwandiko, yandika n’urundi, maze atanga amahera imbere y’ivyabona

Kubera iki ari vyiza gutegura ingene tuzokoresha amahera?

Img 21:5; Lk 14:​28-30

Kubera iki abakirisu badakwiye kureka ngo amatati y’ivy’amahera atume ishengero ryicamwo imice?

1Kr 6:​1-8

Raba kandi Rm 12:18; 2Tm 2:24

Twokoresha gute amahera mu buryo butuzanira umunezero nyakuri?

Img 11:25; 19:17; Lk 16:​9-13; Ivk 20:35

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika