ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • scl rup. 88
  • Ubusambanyi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ubusambanyi
  • Ivyanditswe bidufasha mu buzima
Ivyanditswe bidufasha mu buzima
scl rup. 88

Ubusambanyi

Inyifato iteye isoni kandi y’akagagazo; ubuhumane; kurenga ibigo

Kv 20:​13-17; Mr 7:​21-23; 1Kr 6:​9, 10, 18; Gl 5:​19, 21; Ef 5:5; 1Pt 4:3

Raba kandi Lw 20:10; Img 6:32; Rm 13:13; Ef 4:19; 5:3; 2Pt 2:​2, 7, 8, 18, 19

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • It 39:​7-12—Umugore wa Potifari yaguma agerageza kuryosharyosha Yozefu ngo baryamane, ariko ntiyigeze avyemera

    • 2Sm 12:​7-14—Kuba Dawidi yararenze ibigo na Batisheba vyatumye umuryango wa Dawidi umara imyaka uri mu ngorane n’imibabaro

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika