Itanguriro 30:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Rasheli amaze kwibaruka Yozefu, Yakobo aca abwira Labani ati: “Ndungika ngende ahantu hanje mu gihugu canje+. Itanguriro 31:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kubera iki wahunze mu mpisho ukangirako amayeri kandi ntumbwire, kugira ndakurungikane umunezero n’indirimbo+, n’akagoma n’inanga+?
25 Rasheli amaze kwibaruka Yozefu, Yakobo aca abwira Labani ati: “Ndungika ngende ahantu hanje mu gihugu canje+.
27 Kubera iki wahunze mu mpisho ukangirako amayeri kandi ntumbwire, kugira ndakurungikane umunezero n’indirimbo+, n’akagoma n’inanga+?