Itanguriro 17:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Imana na yo ivuga iti: “Sara umugore wawe agiye koko kukuvyarira umuhungu, kandi uze umwite Izahaki+. Nzoshinga isezerano ryanje hamwe na we, ribe isezerano ryo gushika igihe kitagira urugero ku ruvyaro rwiwe mu nyuma ziwe+. Itanguriro 26:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ku bw’ivyo rero nya mugabo aba uwuhambaye kandi agenda arushiriza gutera imbere no kuba uwuhambaye, gushika abaye uwuhambaye rwose+.
19 Imana na yo ivuga iti: “Sara umugore wawe agiye koko kukuvyarira umuhungu, kandi uze umwite Izahaki+. Nzoshinga isezerano ryanje hamwe na we, ribe isezerano ryo gushika igihe kitagira urugero ku ruvyaro rwiwe mu nyuma ziwe+.
13 Ku bw’ivyo rero nya mugabo aba uwuhambaye kandi agenda arushiriza gutera imbere no kuba uwuhambaye, gushika abaye uwuhambaye rwose+.