ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 1:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Aburahamu yavyaye Izahaki+;

      Izahaki avyara Yakobo+;

      Yakobo avyara Yuda+ na bene wabo;

  • Abaroma 9:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Eka mbere bose si abana ngo ni uko ari uruvyaro* rwa Aburahamu+, ahubwo vyanditswe ngo: “Ikizokwitwa ‘uruvyaro rwawe’ kizoboneka biciye kuri Izahaki+.”

  • Abagalatiya 4:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Twebwe rero ga bene wacu, turi abana b’umuhango nka kumwe kwa Izahaki+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika