Itanguriro 21:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko rero Aburahamu yita Izahaki+ umuhungu wiwe yari yavyariwe, uwo Sara yari yamuvyariye. 1 Ngoma 1:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Bene Aburahamu bari Izahaki+ na Ishimayeli+. Luka 3:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Yuda mwene Yakobo+,Yakobo mwene Izahaki+,Izahaki mwene Aburahamu+,Aburahamu mwene Tera+,Tera mwene Nahori+,
34 Yuda mwene Yakobo+,Yakobo mwene Izahaki+,Izahaki mwene Aburahamu+,Aburahamu mwene Tera+,Tera mwene Nahori+,