Itanguriro 25:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Inyuma y’ivyo mwene wabo arasohoka, kandi ukuboko kwiwe kwari gufashe igitsintsiri ca Esawu+; nuko amwita Yakobo+. Kandi Izahaki yari afise imyaka mirongo itandatu igihe Rebeka yabibaruka. 1 Ngoma 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Aba ni bo bari bene Isirayeli+: Rubeni+, Simeyoni+, Lewi+ na Yuda+, Isakari+ na Zebuloni+,
26 Inyuma y’ivyo mwene wabo arasohoka, kandi ukuboko kwiwe kwari gufashe igitsintsiri ca Esawu+; nuko amwita Yakobo+. Kandi Izahaki yari afise imyaka mirongo itandatu igihe Rebeka yabibaruka.