Itanguriro 30:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Maze Leya avuga ati: “Emwe, jewe Imana yangabiye ingabirano nziza. Noneho umugabo wanje azonyihanganira+, kuko namuvyariye abahungu batandatu+.” Amwita rero Zebuloni+. Itanguriro 49:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Zebuloni azoba iruhande y’inkengera y’ikiyaga+, kandi azoba iruhande y’inkengera aho imeri zihagarara zakoroye inanga+; kandi uruhande rwiwe rwa kure ruzoba ruherereye i Sidoni+.
20 Maze Leya avuga ati: “Emwe, jewe Imana yangabiye ingabirano nziza. Noneho umugabo wanje azonyihanganira+, kuko namuvyariye abahungu batandatu+.” Amwita rero Zebuloni+.
13 “Zebuloni azoba iruhande y’inkengera y’ikiyaga+, kandi azoba iruhande y’inkengera aho imeri zihagarara zakoroye inanga+; kandi uruhande rwiwe rwa kure ruzoba ruherereye i Sidoni+.