Itanguriro 29:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Leya aribungenga hanyuma avyara umuhungu, amwita Rubeni+, kuko yavuga ati: “Ni kubera yuko Yehova yitegereje amarushwa yanje+, kuko ubu umugabo wanje azotangura kunkunda.” Zaburi 127:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Raba! Abana ni intoranwa iva kuri Yehova+;Ivyamwa vy’inda ni impera atanga+.
32 Leya aribungenga hanyuma avyara umuhungu, amwita Rubeni+, kuko yavuga ati: “Ni kubera yuko Yehova yitegereje amarushwa yanje+, kuko ubu umugabo wanje azotangura kunkunda.”