Itanguriro 30:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Maze Leya avuga ati: “Emwe, jewe Imana yangabiye ingabirano nziza. Noneho umugabo wanje azonyihanganira+, kuko namuvyariye abahungu batandatu+.” Amwita rero Zebuloni+. 1 Samweli 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Umukeba wiwe na we yaramubabaza+ bimwe bikomeye kugira ngo amubuze amahoro, kuko Yehova yari yarugaye igitereko ciwe. Luka 1:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 “Uku ni ko Yehova yangiriye muri iyi misi, aho yanyibutse kugira ankureko iceyi cari kindiko mu bantu+.”
20 Maze Leya avuga ati: “Emwe, jewe Imana yangabiye ingabirano nziza. Noneho umugabo wanje azonyihanganira+, kuko namuvyariye abahungu batandatu+.” Amwita rero Zebuloni+.
6 Umukeba wiwe na we yaramubabaza+ bimwe bikomeye kugira ngo amubuze amahoro, kuko Yehova yari yarugaye igitereko ciwe.
25 “Uku ni ko Yehova yangiriye muri iyi misi, aho yanyibutse kugira ankureko iceyi cari kindiko mu bantu+.”