22 Nuko mu gihe Isirayeli yari acumbitse+ muri ico gihugu, igihe kimwe Rubeni aragenda aryamana na Biluha incoreke ya se wiwe, maze Isirayeli aravyumva+.
22 Maze Rubeni abandanya kubabwira ati: “Ntimuvishe amaraso+. Nimumujugunyire muri iki cobo c’amazi kiri mu gahinga, kandi ntimushire ukuboko kw’inkazi kuri we+.” Intumbero yiwe yari iyo kumurokora mu kuboko kwabo kugira amusubize kwa se.