13 Inyuma y’ivyo, umuntu yari yahunze araza abibwira Aburamu Umuheburayo+. Ico gihe yari ashinze ikambi mu biti binini vya Mamure Umwamori+, mwene wabo na Eshikoli akaba na mwene wabo na Aneri+; bano bari bifatanije na Aburamu.
6 Kuko ntabaye mu nzu kuva umusi nadugana bene Isirayeli ndabakuye mu Misiri gushika uyu musi+, mugabo nagumye ngendagenda+ mw’ihema+ no mw’itaberenakulo*+.