ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 29:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Leya aribungenga hanyuma avyara umuhungu, amwita Rubeni+, kuko yavuga ati: “Ni kubera yuko Yehova yitegereje amarushwa yanje+, kuko ubu umugabo wanje azotangura kunkunda.”

  • Kuvayo 6:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Aba ni bo bakuru b’inzu ya ba se: Bene Rubeni imfura ya Isirayeli+ bari Hanoki na Palu, Hezironi na Karumi+. Iyo ni yo miryango ya Rubeni+.

  • 1 Ngoma 5:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Bene Rubeni+ imfura ya Isirayeli—kuko yari imfura+; mugabo kubera yuko yahumanije uburiri bwa se+, uburenganzira bwiwe bw’imfura bwahawe bene Yozefu+ umuhungu wa Isirayeli, ku buryo atari kwandikwa hakurikijwe amamuko, ku bijanye n’uburenganzira bw’imfura.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika