ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 49:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Kubera ukwirekura nk’amazi ata kwigengesera, ntukabe agahebuza+, kuko wuriye ku gitanda ca so+. Ico gihe wahumanije uburiri bwanje+. Yarabwuriyeko!

  • Abalewi 18:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “‘Ubwambure bw’umugore wa so ntuze ubupfukure+. Ni ubwambure bwa so.

  • 1 Ngoma 5:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Bene Rubeni+ imfura ya Isirayeli—kuko yari imfura+; mugabo kubera yuko yahumanije uburiri bwa se+, uburenganzira bwiwe bw’imfura bwahawe bene Yozefu+ umuhungu wa Isirayeli, ku buryo atari kwandikwa hakurikijwe amamuko, ku bijanye n’uburenganzira bw’imfura.

  • 1 Abakorinto 5:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Mu vy’ukuri haravugwa ubusambanyi+ muri mwebwe, kandi ubusambanyi butari no mu mahanga, yuko hariho umuntu afise umugore wa se+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika