ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 35:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Nuko mu gihe Isirayeli yari acumbitse+ muri ico gihugu, igihe kimwe Rubeni aragenda aryamana na Biluha incoreke ya se wiwe, maze Isirayeli aravyumva+.

      Abahungu ba Yakobo rero bari cumi na babiri.

  • Abalewi 20:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Umugabo aryamanye n’umugore wa se, aba apfukuye ubwambure bwa se+. Bompi ntibaze babure kwicwa. Amaraso yabo ari kuri bo.

  • Gusubira mu vyagezwe 22:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 “Nta mugabo akwiye gutwara umugore wa se, ngo ntiyambure impuzu* se+.

  • Gusubira mu vyagezwe 27:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 “‘Aravumwe umuntu aryamana n’umugore wa se, kuko aba yambuye impuzu* se+.’ (Abantu bose baze bavuge bati: ‘Amen!’)

  • 2 Samweli 16:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Maze Ahitofeli abwira Abusalomu ati: “Nuryamane n’incoreke za so+, izo yasize ngo zitwararike inzu+. Maze Isirayeli yose ntizobura kwumva ko wigize umunuko+ kuri so+, kandi amaboko+ y’abari kumwe nawe bose azokomera ata gukeka.”

  • 1 Abakorinto 5:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Mu vy’ukuri haravugwa ubusambanyi+ muri mwebwe, kandi ubusambanyi butari no mu mahanga, yuko hariho umuntu afise umugore wa se+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika