Itanguriro 29:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Yongera kwibungenga, hanyuma avyara umuhungu, maze avuga ati: “Ni kubera yuko Yehova yumvirije+, kuko nari uwankwa, araheza rero ampa n’uyu.” Ku bw’ivyo amwita Simeyoni+. Itanguriro 49:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Simeyoni na Lewi baravukana+. Ibirwanisho vyabo vyo kwica ni ibikoresho vy’ubukazi+.
33 Yongera kwibungenga, hanyuma avyara umuhungu, maze avuga ati: “Ni kubera yuko Yehova yumvirije+, kuko nari uwankwa, araheza rero ampa n’uyu.” Ku bw’ivyo amwita Simeyoni+.