Itanguriro 34:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ariko ku musi ugira gatatu, bacumva ububabare+, ba bahungu babiri ba Yakobo, Simeyoni na Lewi+, basaza ba Dina+, umwumwe wese muri bo afata inkota yiwe, bagenda mu gisagara ata wubicura, batangura kwica uw’igitsina-gabo wese+. Itanguriro 42:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nuko yigira kure yabo, atangura kurira+. Maze agaruka aho bari, avugana na bo; atora Simeyoni+ muri bo, amuboha babona+. Itanguriro 49:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Simeyoni na Lewi baravukana+. Ibirwanisho vyabo vyo kwica ni ibikoresho vy’ubukazi+. 1 Ngoma 4:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Bene Simeyoni bari Nemuweli+ na Yamini+, Yaribu, Zera, Shawuli+, Ivyahishuwe 7:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 mu muryango wa Simeyoni+, ibihumbi cumi na bibiri; mu muryango wa Lewi+, ibihumbi cumi na bibiri; mu muryango wa Isakari+, ibihumbi cumi na bibiri;
25 Ariko ku musi ugira gatatu, bacumva ububabare+, ba bahungu babiri ba Yakobo, Simeyoni na Lewi+, basaza ba Dina+, umwumwe wese muri bo afata inkota yiwe, bagenda mu gisagara ata wubicura, batangura kwica uw’igitsina-gabo wese+.
24 Nuko yigira kure yabo, atangura kurira+. Maze agaruka aho bari, avugana na bo; atora Simeyoni+ muri bo, amuboha babona+.
7 mu muryango wa Simeyoni+, ibihumbi cumi na bibiri; mu muryango wa Lewi+, ibihumbi cumi na bibiri; mu muryango wa Isakari+, ibihumbi cumi na bibiri;