ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 49:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Ntiwinjire mu mugwi wabo w’abagenzi somambike+, ewe mutima wanje! Ntukifatanye n’ishengero ryabo+, ewe muzirikanyi wanje, kuko bishe abantu mw’ishavu ryabo+, bagaca ibitsi amashūri mu gukora uko bigombeye.

  • Itanguriro 49:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ishavu+ ryabo rirakavumwa, kuko ari rinyamaswa+, n’uburake bwabo, kuko bukara+. Reka ndabagabanganye muri Yakobo, kandi reka ndabasanzaze muri Isirayeli+.

  • Zaburi 140:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Abateguye umugambi w’ibintu bibi mu mutima wabo+,

      Bakaguma bagaba ibitero nko mu ntambara bukarinda bwira+.

  • Mika 2:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Baragowe abaja umugambi wo kugira nabi be n’abategura ibibi bari ku bitanda vyabo+! Bupfa guca bakabikora+, kuko babishoboye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika