Itanguriro 11:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kandi aka ni ko kahise ka Tera. Tera yavyaye Aburamu, Nahori na Harani; Harani na we avyara Loti+. 1 Ngoma 1:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Bene Aburahamu bari Izahaki+ na Ishimayeli+. Matayo 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Aburahamu yavyaye Izahaki+;Izahaki avyara Yakobo+;Yakobo avyara Yuda+ na bene wabo;
27 Kandi aka ni ko kahise ka Tera. Tera yavyaye Aburamu, Nahori na Harani; Harani na we avyara Loti+.