Itanguriro 36:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Esawu yakuye abagore biwe mu bakobwa ba Kanani+: Ada+ umukobwa wa Eloni Umuheti+ na Oholibama+ umukobwa wa Ana, umwuzukuru wa Zibeyoni Umuhiwi, Gusubira mu vyagezwe 7:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ntuze wunge na bo ubucuti bw’ukwabirana. Umukobwa wawe ntuze umuhe umuhungu wiwe, n’umukobwa wiwe ntuze umusabire umuhungu wawe+.
2 Esawu yakuye abagore biwe mu bakobwa ba Kanani+: Ada+ umukobwa wa Eloni Umuheti+ na Oholibama+ umukobwa wa Ana, umwuzukuru wa Zibeyoni Umuhiwi,
3 Ntuze wunge na bo ubucuti bw’ukwabirana. Umukobwa wawe ntuze umuhe umuhungu wiwe, n’umukobwa wiwe ntuze umusabire umuhungu wawe+.