Itanguriro 27:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Inyuma y’ivyo Rebeka aguma abwira Izahaki ati: “Ndamaze kuzinukwa ubu buzima bwanje kubera abakobwa ba Heti+. Yakobo yoramuka arondereye umugore mu bakobwa ba Heti nk’aba, mu bakobwa bo mu gihugu, ubuzima bwoba bumariye iki+?” Itanguriro 28:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Esawu rero abona ko abakobwa b’i Kanani batari bahimbaye mu maso ya Izahaki se wiwe+.
46 Inyuma y’ivyo Rebeka aguma abwira Izahaki ati: “Ndamaze kuzinukwa ubu buzima bwanje kubera abakobwa ba Heti+. Yakobo yoramuka arondereye umugore mu bakobwa ba Heti nk’aba, mu bakobwa bo mu gihugu, ubuzima bwoba bumariye iki+?”