Itanguriro 27:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Maze Izahaki abwira Yakobo ati: “Ndakwinginze wegere kugira ndagukorakore mwananje, menye nimba uri vy’ukuri umuhungu wanje Esawu canke utari we+.”
21 Maze Izahaki abwira Yakobo ati: “Ndakwinginze wegere kugira ndagukorakore mwananje, menye nimba uri vy’ukuri umuhungu wanje Esawu canke utari we+.”