Itanguriro 27:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yakobo abwira Rebeka nyina wiwe ati: “Mugabo Esawu mwene wacu ni umugabo afise ubwoya, nanje nkaba ndi umugabo w’umubiri unyerera+.
11 Yakobo abwira Rebeka nyina wiwe ati: “Mugabo Esawu mwene wacu ni umugabo afise ubwoya, nanje nkaba ndi umugabo w’umubiri unyerera+.