Itanguriro 37:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Bamubona akiri nka hariya, maze atarashika hafi yabo batangura kumugīra umugambi mu buryo bw’urwenge wo kumwica+. Zaburi 64:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Baguma baserangura ibintu bitagororotse+;Banyegeje umugambi w’urwenge useranguwe neza+,Kandi imbere muri umwe wese, egome, umutima wiwe, hashika kure ibwina+. Imigani 6:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 amaso yishira hejuru+, ururimi rw’ikinyoma+ n’amaboko asesa amaraso y’intungane+,
18 Bamubona akiri nka hariya, maze atarashika hafi yabo batangura kumugīra umugambi mu buryo bw’urwenge wo kumwica+.
6 Baguma baserangura ibintu bitagororotse+;Banyegeje umugambi w’urwenge useranguwe neza+,Kandi imbere muri umwe wese, egome, umutima wiwe, hashika kure ibwina+.