ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 9:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Ndabinginze muvuge bene amatongo b’i Shekemu bose bumva, muti: ‘Mbega icobabera ciza kuruta, ni uko abagabo mirongo irindwi+, bene Yerubayali bose, bobaganza, canke ni uko umugabo umwe yobaganza? Kandi mwibuke yuko ndi igufa ryanyu n’umubiri wanyu+.’”

  • 2 Samweli 5:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Mu nyuma imiryango yose ya Isirayeli iza kuri Dawidi+ i Heburoni+, maze ivuga iti: “Ehe twebwe ubwacu turi igufa ryawe n’umubiri wawe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika