Itanguriro 30:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Mpa abagore banje n’abana banje, abo nakoreye iwawe, kugira ngende; kuko wewe ubwawe uzi neza igikorwa nagukoreye+.” Hoseya 12:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko Yakobo ahungira mu karere ka Siriya+, Isirayeli+ aguma akora ngo aronke umugore+, aragira intama kugira ngo aronke umugore+.
26 Mpa abagore banje n’abana banje, abo nakoreye iwawe, kugira ngende; kuko wewe ubwawe uzi neza igikorwa nagukoreye+.”
12 Nuko Yakobo ahungira mu karere ka Siriya+, Isirayeli+ aguma akora ngo aronke umugore+, aragira intama kugira ngo aronke umugore+.